Nk’umukozi w’Inkuru Nziza ya Yezu Kristu, uyu musi ndababwiye ko ivyaha vyanyu vyose vyarahariwe.

Wame wibuka kwirukira ku Mana, aho guhunga Imana, kuko igukunda kandi ifise umugambi ukomeye ku buzima bwawe.
